Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 16:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Yesu arabishura ati: “Ubu rero murizeye?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Yesu arabishura, ati Mbega noneho murizeye?

Gade chapit la Kopi




Yohana 16:31
4 Referans Kwoze  

Yesu aramwishura ati: “Gupfa unzira? Ndakubwire ukuri, isake itarabika, uzoba umaze kunyihakana gatatu kose.”


Turatahuye ko uzi vyose, kandi ko bidakenewe ko umuntu akubaza ibibazo. Ivyo bitumye twizera ko waje uva ku Mana.”


Igihe kiri hafi kandi kirashitse, aho mugiye gushwiragira, umwe wese afate inzira yiwe, munsige jenyene. Ariko sindi jenyene kuko Data ari kumwe nanje.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite