Yohana 16:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Gushika ubu nta kintu na kimwe murasaba mw’izina ryanje. Nimusabe muzohabwa, kugira ngo umunezero wanyu wuzure. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Kugeza ubu nta co mwasavye mw izina ryanje; musabe muzohabga, ng’umunezero wanyu wuzuzwe. Gade chapit la |