Yohana 15:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Nimwaguma muri jewe, amajambo yanje akaguma muri mwebwe, muze musabe ico mushaka cose, kandi muzogihabwa. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Ni mwaguma muri jewe, amajambo yanje akaguma muri mwebge, musabe ico mugomba cose, kizobabera kuno. Gade chapit la |