Yohana 15:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Ariko nzobarungikira Umwitsa, ari we Mpwemu w’ukuri azoza avuye kwa Data. Uwo niyaza, azonshingira intahe. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Arik’ Umwitsa ah’ azozira, uwo nzobarungikira ava kuri Data, ni we Mpwemu w’ukuri akomoka kuri Data, uwo ni we azonshingira intahe, Gade chapit la |