Yohana 15:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Ishami ryose ryo kuri jewe ritama ararica, ariko ishami ryose ryama ararituturira akarituganya kugira ngo rirushirize kwama. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Ishami ryose ryo muri jewe ritāma, arikūraho; kand’ iryama ryose araritūtūrira, ngo rirushirize kwama. Gade chapit la |