Yohana 15:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Nimwakurikiza amabwirizwa yanje, muzoguma mu rukundo rwanje, nk’uko nanje nakurikije amabwirizwa ya Data nkaguma mu rukundo rwiwe. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Ni mwitondera ivyagezwe vyanje, muzoguma mu rukundo rwanje, nk’uko nanje nitondeye ivyagezwe vya Data, nkaguma mu rukundo rwiwe. Gade chapit la |