Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 14:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Toma aramubaza ati: “Mwami, ntituzi iyo ugiye kuja, none twomenya inzira ijayo gute?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Toma aramubgira, ati Mugenzi, ntituzi iy’ uja, dushobora dute kumenya inzira?

Gade chapit la Kopi




Yohana 14:5
10 Referans Kwoze  

Toma (uwo batazira Ihasa) abwira abigishwa bagenziwe ati: “Reka tugende natwe dupfane na Yesu.”


Yesu yishura avuga ati: “Mwa bantu b’iki gihe, nta kwizera mufise! Mbega nkwiye kugumana namwe igihe kingana gute? Mbega nzobihanganira gushika ryari? Nimunzanire uwo mwana.”


Ibwirizwa ryanje ni iri: Nimukundane nk’uko nabakunze.


Yesu aca ababwira ati: “Yemwe bantu b’ubwenge buke mwe! Birabagora kwizera mu mitima yanyu ivyo abavugishwa n’Imana bavuze.


hanyuma hakaza Filipo na Baruteremi; hagasubira Toma na Matayo umutozakori; Yakobo mwene Alufayo, na Tadeyo;


Kandi murazi inzira ijayo.”


Ariko ubu ngiye gusubira ku wantumye, kandi nta n’umwe muri mwebwe ambajije iyo ngiye kuja.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite