Yohana 14:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Ninaheza kubategurira aho kuba, nzogaruka kubatora, kugira ngo mubane nanje aho nzoba ndi. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Kandi ko ngiye kubategurira ahanyu, nzogaruka kubajana i wanje, ngw aho ndi namwe abe ari ho muba. Gade chapit la |