Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 14:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Ni ukuri, ico muzosaba cose mw’izina ryanje, nzogikora.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Ni mwagira ico musaba mw izina ryanje, nzogikora.

Gade chapit la Kopi




Yohana 14:14
6 Referans Kwoze  

Si mwebwe mwantoranije, ni jewe nabatoranije. Nabashizeho kugira ngo mugende mwame ivyamwa, kandi ivyamwa bihoraho, kugira ngo ico muzosaba Data cose mw’izina ryanje azokibahe.


Uwo musi, nta kibazo na kimwe muzosubira kumbaza. Ndababwire ukuri, ico muzosaba Data cose mw’izina ryanje azokibaha.


Gushika ubu nta kintu na kimwe murasaba mw’izina ryanje. Nimusabe muzohabwa, kugira ngo umunezero wanyu wuzure.


Ico muzosaba cose mw’izina ryanje nzogikora, kugira ngo Data ahabwe icubahiro biciye mu Mwana.


Nanje nzosaba Data abahe uwundi Mwitsa azobana namwe ibihe vyose,


Nama nshima Imana ku bwanyu ku bw’ingabire y’ubuntu mwaherewe muri Kristo Yesu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite