Yohana 13:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe38 Yesu aramwishura ati: “Gupfa unzira? Ndakubwire ukuri, isake itarabika, uzoba umaze kunyihakana gatatu kose.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)38 Yesu aramwishura, at’ Ugize ng’ uzonyigura? N’ukuri, n’ukuri ndakubgire: Inkoko itarabika, uhava unyihakana gatatu. Gade chapit la |