Yohana 13:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Ndababwire ukuri, umuntu wese yakira intumwa yanje aba anyakiriye; kandi uwunyakiriye aba yakiriye uwantumye.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 N’ukuri, n’ukuri ndababgire: Uwākīra uwo nzotuma azoba anyakiriye, kand’ ūnyakīra aba yākiriye uwantumye. Gade chapit la |