Yohana 12:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Umuntu wese ashaka kuba umwigishwa wanje ategerezwa kunkurikira, kuko umukozi wanje ategerezwa kuba aho ndi. Kandi Data azoha icubahiro umuntu wese ankorera. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Ni hagira ūnkorera, n’ankurikire, kand’ aho nzoba ndi, umukozi wanje ni ho azoba: ni hagira ūnkorera, Data azomuha icubahiro. Gade chapit la |