Yohana 11:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Yesu arabishura ati: “Mbega umurango ntugizwe n’amasaha cumi n’abiri? Uwugenda ku murango ntashobora gutsitara, kuko abonesherezwa n’umuco w’iyi si. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Yesu arabishura, ati Non’ isaha z’umurango s’icumi na zibiri? Ūgenda ku murango ntatsitara, kukw abona umuco w’iyi si. Gade chapit la |