Yohana 11:56 - Bibiliya mu Kirundi coroshe56 Abantu baguma barondera Yesu mu rusengero, babazanya bati: “Mwibaza ko azoza mu misi mikuru?” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)56 Maze barondera Yesu, babazanya bahagaze mu rusengero, bati Mbega, mugira ngw iki? Ubgo ntazoza mur’ iyi misi mikuru? Gade chapit la |