Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 11:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Nuko aca arabitomora ati: “Lazaro yapfuye,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Buno Yesu avuga abifoboye, ati Lazaro yahwereye;

Gade chapit la Kopi




Yohana 11:14
6 Referans Kwoze  

Maze abigishwa biwe baramubaza bati: “Ubu rero uriko uvuga udakoresheje imigani.


Ibi ndabibabwiye mu migani, ariko igihe kiraje aho ntazosubira kubigishiriza mu migani, ariko nzobabwira ivya Data ndabitomoye.


Abayuda bari aho baramukikuza, bamubaza bati: “Uzodutomorera ryari? Nimba uri Kristo, bitubwire neza.”


Ivyo yabivuga mu majambo atomoye. Hanyuma Petero amujana hirya gato atangura kumwamira ngo ntasubire kuvuga ivyo bintu.


Yesu yashaka kuvuga ko Lazaro yapfuye, ariko bo bibaza ko ari ugusinzira gusanzwe.


kandi ndanezerewe ku bwanyu kubona atari yo nari ndi, kuko muraja kunyizera. Nimuze tuje kumuraba.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite