Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 10:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Abanyitangiye imbere bose bari ibisuma n’abambuzi, ariko intama ntizabumvirije.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Abanyītangiye imbere bose bār’ ibisuma n’abambuzi, arikw intama ntizabumviye.

Gade chapit la Kopi




Yohana 10:8
11 Referans Kwoze  

Ndababwire ukuri, umuntu wese yinjira adaciye mu muryango w’uruhongore rw’intama, ariko akuririra ahandi, uwo ni igisuma kandi ni umwambuzi.


Mu misi iheze, uwitwa Teyuda yaje yigira uwuhambaye, abantu bashika amajana ane baramukurikira. Amaze kwicwa, abamukurikira bose baca barasanzara, ntibagira ico bashikako.


Intama zanje zumva ijwi ryanje; ndazizi na zo zirankurikira.


Ntizishobora gukurikira uwo zitazi, ahubwo ziramuhunga kuko zitazi ijwi ryiwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite