Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 10:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Yesu arabishura ati: “Mbega mu vyagezwe vyanyu, ntihanditswe ko Imana yavuze iti: ‘Navuze ko muri imana’?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Yesu arabishura, ati Mbega ntihanditswe mu vyagezwe vyanyu, ngo Navuze nti Mur’ imana?

Gade chapit la Kopi




Yohana 10:34
12 Referans Kwoze  

Mu Vyagezwe vyanyu haranditswe ko intahe y’ivyabona bibiri aba ari iy’ukuri.


Ibi bishitsa ivyanditswe mu Vyagezwe vyabo bivuga ngo: ‘Banyanse ata co bampoye.’


Ba bantu isinzi baramwishura bati: “Ivyagezwe bitubwira ko Kristo azokwamaho. None uvuze uti: ‘Umwana w’Umuntu azomanikwa hejuru’? Uwo ‘Mwana w’Umuntu’ ni nde?”


Mu vyagezwe haranditswe ngo: “Nzobwira abantu banje mu ndimi zitazwi, nkoresheje akanwa ka ba kavantara. Ariko na ho nyene, ntibazonyumvira.” Ni ko Umwami Imana avuze.


Murazi ko ata gishobora guhindura Ivyanditswe. None nimba ababwiwe iryo jambo biswe ‘imana,’


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite