Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 10:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

24 Abayuda bari aho baramukikuza, bamubaza bati: “Uzodutomorera ryari? Nimba uri Kristo, bitubwire neza.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Abayuda baramukikiza, baramubaza, bat’ Uzogeza ryari gutera imitima yacu kujuragira? Asangw’ uri Kristo bidufoborere.

Gade chapit la Kopi




Yohana 10:24
13 Referans Kwoze  

Iyi ni yo ntahe Yohana yashinze igihe abakuru b’Abayuda b’i Yerusalemu bamutumako abaherezi n’Abalewi ngo bamubaze uwo ari we.


Mbega uruta sogokuruza Aburahamu, ko we n’abavugishwa n’Imana bapfuye? Wewe wigira iki?”


Baramubaza bati: “None uri nde?” Yesu arabishura ati: “Ndi urya namye ndababwira ko ndi kuva mu ntango.


“Mbega woba uri umwe yategerezwa kuza, canke twitege uwundi?”


Ko dufise ivyo vyizigiro, dufise ugushira amanga.


Ibi ndabibabwiye mu migani, ariko igihe kiraje aho ntazosubira kubigishiriza mu migani, ariko nzobabwira ivya Data ndabitomoye.


Abavyeyi biwe bishuye uko kuko batinya abakuru b’Abayuda. Abo bakuru bari bafashe ingingo ko umuntu wese azovuga ko Yesu ari Kristo azokwirukanwa mu rusengero.


Kubera abantu bari biteze cane ukuza kwa Kristo, bagumye bibaza mu mitima ku vyerekeye Yohana ko yoba ari we Kristo.


Ivyo yabivuga mu majambo atomoye. Hanyuma Petero amujana hirya gato atangura kumwamira ngo ntasubire kuvuga ivyo bintu.


Nuko Abayuda bongera gutora amabuye ngo bayamutere,


Baramwishura bati: “Ntitugomba kugutera amabuye kubera igikorwa ciza, ahubwo tuguhora gutuka Imana; kuko uri umuntu asanzwe, ariko ukigira Imana!”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite