Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 10:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Ico gihe i Yerusalemu hariko habera imisi mikuru yo kwibuka ishikirizwa ry’urusengero, kandi hari mu gihe c’imbeho nyinshi cane.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Maze haza imisi mikuru yo kwibuka uguhumanurwa kw’ urusengero i Yerusalemu: hāri mu rushana.

Gade chapit la Kopi




Yohana 10:22
6 Referans Kwoze  

Ariko abandi bavuga bati: “Aya majambo si ay’umuntu aboshwe n’umudayimoni. Mbega umudayimoni yohumura amaso y’impumyi?”


Yesu ariko aragendagenda mu rusengero mw’ibaraza rya Salomo,


Abigisha b’ivyagezwe bari baje bava i Yerusalemu bavuga bati: “Akoreshwa n’ububasha bwa Beyelizebuli! Umukuru w’abadayimoni ni we amushoboza kwirukana abadayimoni.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite