Yohana 1:43 - Bibiliya mu Kirundi coroshe43 Ku musi ukurikira, Yesu afata ingingo yo kuja i Galilaya. Ariko aragenda, ahura na Filipo, amubwira ati: “Nkurikira!” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)43 Bukeye bg’aho Yesu agomba kuvayo ngw aje i Galilaya, abona Filipo, aramubarira, ati Nkurikira. Gade chapit la |