Yohana 1:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Umwe muri ba bigishwa babiri bumvise ivyo Yohana yavuze bagaca bakurikira Yesu, yitwa Andereya kandi yavukana na Simoni Petero. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Andereya mwene nyina wa Simoni Petero, yar’ umwe mur’ abo babiri bumvise Yohana, bagakurikira Yesu. Gade chapit la |