Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 1:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Arabishura ati: “Nimuze muhirabire.” Aho hari nk’isaha cumi. Nuko bajana na we, babona aho yatse indaro, baca bamarana na we uwo muhingamo.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 Arababgira, ati Ni muze muharābe. Nuko baragenda, babona ah’ asembereye, basībira ah’ ari uno musi, hāri nk’isaha cumi.

Gade chapit la Kopi




Yohana 1:39
11 Referans Kwoze  

Ariko baramwinginga cane bati: “Gumana natwe kuko buriko burira, kandi umusi ugeze kure.” Nuko Yesu agumana na bo.


Ariko abo Data yampaye bose, bazoza aho ndi kandi sinzokwigera ndabirukana.


Bashitse aho ari, baramwinginga ngo agumane na bo, maze ahamara imisi ibiri.


Natanayeli aramubaza ati: “Hari iciza cova i Nazareti?” Filipo aramwishura ati: “Ingo uvyirabire.”


Ehe mpagaze ku muryango ndiko ndadodora. Uwumva ijwi ryanje akugurura umuryango, ndinjira iwe dusangire.


Yesu ahindukiye, abona ko bamukurikiye. Arababaza ati: “Mwipfuza iki?” Baramwishura bati: “Rabi (bisigura ‘Mwigisha’), watse indaro he?”


Umwe muri ba bigishwa babiri bumvise ivyo Yohana yavuze bagaca bakurikira Yesu, yitwa Andereya kandi yavukana na Simoni Petero.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite