Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 1:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

32 Maze Yohana ashinga intahe avuga ati: “Nabonye Mpwemu Yera amanuka ava mw’ijuru mw’ishusho y’inuma, amugumako.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Kandi Yohana ashinga intahe, ati Nabonye Mpwemu amanuka ava mw ijuru asa n’inuma, aguma kuri we;

Gade chapit la Kopi




Yohana 1:32
7 Referans Kwoze  

Mpwemu Yera amanuka kuri we mw’ishusho y’inuma. Maze ijwi ryumvikana rivuye mw’ijuru riti: “Uri umwana wanje nkunda kandi urampimbara.”


Akiva mu mazi, abona ijuru ryugurutse, Mpwemu Yera amuzako asa n’inuma.


Yesu amaze kubatizwa, aca ava mu mazi. Uwo mwanya nyene, ijuru riruguruka, abona Mpwemu w’Imana amanuka kuri we mw’ishusho y’inuma.


aza gushingira intahe uwo muco kugira ngo bose bizere kubera intahe yiwe.


Hari uwundi anshingira intahe, kandi ndazi ko intahe anshingira ari iy’ukuri.


Nanje ubwanje sinari ndamuzi, ariko icatumye nza mbatiza mu mazi, kwari ukugira ngo ahishurirwe Abisirayeli.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite