Yohana 1:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 Nanje ubwanje sinari ndamuzi, ariko icatumye nza mbatiza mu mazi, kwari ukugira ngo ahishurirwe Abisirayeli.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Nanje sinaribgamumenye, ariko kugira ngo yerekwe Abisirayeli, ni co catumye nanje nza mbatiza mu mazi. Gade chapit la |