Yohana 1:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Uwu ni we navuga, igihe navuga nti: ‘Uwuje inyuma yanje aranduta cane, kuko yariho jewe ntarabaho.’ Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Uyo ni we navuze, nt’ Inyuma yanje hazoza umuntu yar’ uw’ imbere kuri jewe, kuko yariho ntarabaho. Gade chapit la |