Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 1:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Ivyo vyose vyabereye ahitwa Betaniya, hakurya y’uruzi Yorodani, aho Yohana yabatiriza.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Ivyo vyabereye i Betaniya, hakurya ya Yorodani aho Yohana yabatiriza.

Gade chapit la Kopi




Yohana 1:28
6 Referans Kwoze  

Yesu aca asubira hakurya ya Yorodani mu kibanza Yohana yabatirizamwo mu misi ya mbere, ahamara igihe.


Ico gihe Yohana na we yariko arabatiriza ahitwa Ayinoni hafi y’i Salimu, kuko hari amazi menshi, kandi abantu baguma baza kubatizwa.


Nuko baza aho Yohana ari bamubwira bati: “Rabi, wa muntu yari kumwe na we hakurya y’uruzi Yorodani, umwe washingira intahe, ariko arabatiza kandi abantu bose baja iyo ari.”


“Ni kuki aya mavuta atagurishijwe ngo amahera avuyemwo afashe aboro? Igiciro cayo kingana n’idenariyo amajana atatu.”


Ku musi ukurikira, Yesu afata ingingo yo kuja i Galilaya. Ariko aragenda, ahura na Filipo, amubwira ati: “Nkurikira!”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite