Yohana 1:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Nuko baramubaza bati: “None nimba utari Kristo, ntube Eliya, canke uwuvugishwa n’Imana, ni kuki ubatiza?” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 baramubaza, bati Non’ ubatiriza iki, k’utari Kristo, ntube Eliya canke wa muntu avugishwa n’Imana? Gade chapit la |