Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yakobo 5:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Ehe impembo z’abakozi bo mu mirima yanyu mwanse guhemba ziriko ziratakamba zibarega. Ugutaka kw’abimbuzi b’imirima yanyu kwashitse mu matwi y’Umwami Imana Mushoboravyose.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Eh’ ingero z’abashwabuzi bābashwaburiye imirima, izo mwabagunze, zirataka: amaborogo y’abābashwaburiye yinjiye mu matwi y’Uhoraho Nyen’ ingabo.

Gade chapit la Kopi




Yakobo 5:4
23 Referans Kwoze  

Kandi ivyo Yesaya yari yarabivugishijwe imbere y’aho ati: “Iyo Uhoraho Mushoboravyose atadusigariza abadukomokako bakeya; tuba twararanduwe nk’ab’i Sodomu, tuba twaraherengetejwe nk’ab’i Gomora.”


Mbega Imana ntizotunganiriza abo yatoranije, bayitakambira ijoro n’umurango? Mbega mwibaza ko izobatevya?


Ba shebuja, mugirire ibigororotse kandi bibereye abagurano banyu, kuko mubizi namwe ko mufise Shobuja Mukuru mw’ijuru.


Aca abwira abigishwa biwe ati: “Ivyimburwa ni vyinshi, ariko abimbuzi ni bake.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite