Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yakobo 5:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Eliya yari umuntu nka twe. Yasenze yinginga kugira ngo imvura ntigwe, kandi ntiyaguye muri ico gihugu kumara imyaka itatu n’igice.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Eliya yar’ umuntu ameze nkatwe, asaba yinginga ngw imvura ntigwe, imvura imara imyaka itatu n’amezi atandatu itagwa mu gihugu;

Gade chapit la Kopi




Yakobo 5:17
7 Referans Kwoze  

Mu vy’ukuri, mu gihe ca Eliya hari abapfakazi benshi muri Isirayeli, aho ijuru ryugarwa imvura ikamara imyaka itatu n’igice itagwa, amapfa agatera mu gihugu cose.


Bafise ububasha bwo kwugara ikirere kugira ngo imvura ntigwe, igihe cose bazoba bariko baravugishwa; kandi bafise ububasha bwo guhindura amazi amaraso no guteza isi ivyago igihe cose uko babigomvye.


“Mbega bagenzi, ivyo bintu mubikorera iki? Erega turi abantu nka mwebwe! Twabazaniye Ubutumwa Bwiza, bubabwira guhindukira mukava mu bitagira ikimazi, mukaza ku Mana nzima, yaremye ijuru, isi n’ikiyaga, n’ibibibamwo vyose.


Ariko Petero aramubwira ati: “Haguruka kuko nanje ndi umuntu nka we.”


Imana ntiyahevye abantu bayo yatoranije kuva kera. Mbega murazi ico Ivyanditswe Vyera bivuga kuri ivyo? Uwavugishwa n’Imana Eliya yareze Abisirayeli ku Mana ati:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite