Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yakobo 5:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Ubu na ho nimunyumve, yemwe batunzi, murire muboroge kubera ivyago bigiye kubashikako.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Enda rero, yemwe batunzi, ni murire muboroge kuko mugira mufutane.

Gade chapit la Kopi




Yakobo 5:1
36 Referans Kwoze  

Izuba ryatse ubushuhe bwaryo bwumisha igiterwa; ishurwe ryaco rigakoroka n’ubwiza bwaryo bugakurwaho. Uko ni ko n’umutunzi azokwuma ari mu bikorwa vyiwe.


Umvirize, mwebwe muvuga muti: “Uyu musi canke ejo tuzoja mu gisagara kanaka, tuzomarayo umwaka, tudandaze twironkere inyungu.”


Ariko mwebwe mutetereza umukene! Mbega si abatunzi babacuranguza bongera babashengeza mu bucamanza?


Mubabare mugandare kandi muboroge kubera ivyo mwakoze. Ibitwengo vyanyu mubihindure ikigandaro kandi n’umunezero wanyu muwuhindure umubabaro.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite