Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yakobo 4:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Ahubwo, mwari mukwiye kuvuga muti: “Umwami niyabishaka, tuzobaho dukore ibi na biriya.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Ariko mwari mukwiye kuvuga, mut’ Umwami wacu ni yabikunda, tuzoramba, kandi tuzokora durtya canke durtya.

Gade chapit la Kopi




Yakobo 4:15
10 Referans Kwoze  

Dutere tuja imbere; kandi Imana ivyemeye, ni ko tuzobigenza.


Ariko mu kubasezera ababwira ati: “Nzogaruka hanyuma Imana niyabishaka.” Nuko afata ubwato ava muri Efeso,


igihe cose nsenze. Kimwe mu vyo nsengera, ni uko Imana, nimba bihuye n’ugushaka kwayo, yomfasha kugira ngo nshobore kuza kubaramutsa.


Sinshaka kuhaca ndengana, nipfuza kumarana namwe umwanya ukwiye Umwami Imana abikunze.


Maze, Imana ibishatse, nzoheza nze iwanyu nuzuye umunezero, gutyo nduhurwe no kubana namwe.


Ariko, Umwami Imana niyabikunda, nzobagendera vuba, kandi sinzokwumviriza gusa amajambo y’abo bantu b’ubwibone, ahubwo nzorondera kumenya nimba bakoreshwa n’ubushobozi bw’Imana.


Ariko murishima mukishira hejuru. Ukwishima kwanyu ni kubi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite