Yakobo 4:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Ivyo mwobivuga gute kandi mutazi ingene ubuzima bwanyu buzoba bumeze ejo? Ubuzima bwanyu ni iki? Muri igipfungu kiboneka umwanya muto hanyuma kigakamangana. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 ariko mutazi ibizoba ejo. Ubugingo bganyu ni nk’iki? Mur’ umwuka uboneka umwanya muto, ugahava uyongayonga. Gade chapit la |