Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yakobo 2:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 mbega ntimuba mwiciyemwo ibice hagati yanyu kandi mugaca imanza mufise intumbero mbi?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 none se ntimuba mwisobanuye, mukaba abacamanza biyumvira ibibi?

Gade chapit la Kopi




Yakobo 2:4
12 Referans Kwoze  

Nimureke guca imanza mufatiye ku vyo mubona, nimuce imanza zigororotse.”


Bene Data nkunda, ntimuvuge abandi nabi. Iyo mutanguye kuvugana nabi canke mugaciranira imanza, muba muvuze nabi ivyagezwe n’Imana, kandi muba mubiciriye urubanza. Igihe muciriye urubanza ivyagezwe, aho kuvyumvira, muba mubaye abacamanza bavyo.


Umwami Yesu yongerako ati: “Nimwumve ivyo uwo mucamanza agabitanya yavuze.


Ariko ubwenge buva mw’ijuru ubwa mbere na mbere buratunganye rwose; bukunda amahoro, ntibwishira imbere, buciye bugufi, bwuzuye imbabazi, bwama ivyamwa vyiza, ntibugira nkunzi, ntibugira uburyarya.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite