Yakobo 2:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Urabona rero ko umuntu yemerwa ko agororotse kubera ibikorwa biherekeza ukwizera ariko atari ukwizera kwonyene. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Murabona yukw ibikorwa ari vyo bitsindanishiriza umuntu, atar’ ukwizera kwonyene. Gade chapit la |