Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yakobo 2:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Kuko Imana yavuze ngo: “Ntugasambane” ni na yo yavuze ngo: “Ntukice.” Rero naho utosambana ariko ukica, uzoba warenze ku vyagezwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Uwavuze, ati Ntugasambane, ni we yavuze, ati Ntukice. Nuko rero n’utasambana arik’ ukica, uzoba ucumuye ku vyagezwe.

Gade chapit la Kopi




Yakobo 2:11
11 Referans Kwoze  

Amabwirizwa avuga ngo: “Ntugasambane; ntukice; ntukibe; ntukipfuze ivy’abandi,” hamwe n’ayandi nk’ayo akoranirijwe muri iri rimwe rivuga ngo: “Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.”


Urazi ko amabwirizwa avuga ngo: ‘Ntugasambane, ntukice, ntukibe, ntukagirize abandi ibinyoma, wubahe so na nyoko?’”


Urazi ko amabwirizwa avuga ngo: ‘Ntukice, ntugasambane, ntukibe, ntukagirize abandi ibinyoma, ntukanyage abandi ivyabo, wubahe so na nyoko.’”


Na we ati: “Amabwirizwa ayahe?” Yesu aramwishura ati: “ ‘Ntukice, ntugasambane, ntukibe, ntukagirize abandi ibinyoma,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite