Yakobo 1:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Abiyumvira ko bemewe kubera idini ryabo, ariko ntibirinde mu vyo bavuga, baba bihenda kandi kuba mw’idini kwabo nta co bimaze. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Umuntu ni yigira ngo n’umunyedini, ntafate ururimi, arikw agahenda umutima wiwe, idini y’uyo izoba ar’ iy’ ubusa. Gade chapit la |