Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yakobo 1:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Iyo muntu ageragejwe, ntakwiye kuvuga ngo: “Imana iriko irangerageza.” Kuko Imana itageragezwa n’ikibi, kandi ntigerageza umuntu n’umwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Umuntu ni yageragezwa gukora ibibi, yoye kuvuga ngw Imana ni yo ingerageje. Kukw Imana itageragezwa n’ibibi, kandi na yo nta we ibigerageresha.

Gade chapit la Kopi




Yakobo 1:13
9 Referans Kwoze  

Harahiriwe umuntu yihanganira ibimugerageza, kuko inyuma y’ukugeragezwa, niyarama azohabwa igitsibo c’ubugingo Imana yasezeraniye abayikunda.


Bene Data, munezerwe cane, igihe cose muhuye n’ibibagerageza vy’uburyo bwinshi,


Yesu na we aramwishura ati: “Handitswe ngo: ‘Ntukagerageze Uhoraho Imana yawe.’”


Ariko, umuntu wese ageragezwa n’ivyipfuzo vyiwe bibi, hanyuma bikamusunikira mu mutego.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite