Tito 2:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Abatamakazi na bo ubigishe kubaho batinya Imana, kutavuga abandi nabi kandi bataboshwe no gukunda umuvinyu, ariko bigishe abandi gukora ivyiza. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 N’abatāmakazi nyene, ubabgire bagende nk’uko bibereye abera, batarementaniriza abandi, batanohorwa imitima na vino nyinshi, bigisha ivyiza, Gade chapit la |