Tito 1:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Nta kintu gihumanye ku bafise imitima idahumanye. Ariko ku bahumanye kandi batizera, nta kidahumanye, kuko ubwenge bwabo n’ivyiyumviro vyabo vyarononekaye. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Ku badahumanye nta gihumanye, ariko ku banduye, batizera, nta kidahumanye, arik’ ubgenge bgabo n’imitima ibāgiriza vyaranduye. Gade chapit la |