Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 9:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Bamwe mu bigisha b’ivyagezwe baravugana bati: “Uwo mugabo atutse Imana!”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Bamwe mu banyabgenge b’ivyanditswe baribgira, bat’ Uyo ararogose.

Gade chapit la Kopi




Matayo 9:3
13 Referans Kwoze  

Maze umuherezi mukuru yitaburirako impuzu ziwe, avuga ati: “Aratutse Imana! None hari ibindi vyabona dukeneye? Ubu na ho ntimwiyumviye ingene atutse Imana?


Abafarisayo n’abigisha b’ivyagezwe batangura kwiyumvira bati: “Mbega uwu ni nde ko yigize Imana! Ukwo ni ukuyituka. Imana yonyene ni yo ishobora guharira ivyaha.”


Ubu naho ntimwiyumviye ingene atutse Imana? Nimugire ico mubivuzeko.” Bose baca bamucira urubanza ko akwiye gupfa!


Kuko imbere mu mutima w’umuntu ni ho hava ivyiyumviro bibi, ingeso mbi z’ivy’isoni nke, ubusuma, ubwicanyi,


kuko yigishanya ububasha, mu buryo butandukanye n’ubw’abigisha b’ivyagezwe babo.


Ndababwire ukuri, ivyaha vyose abana b’abantu bakora n’ibitutsi vyose batuka Imana barashobora kubibabarirwa.


Ariko umuntu wese atuka Mpwemu Yera ntazokwigera abibabarirwa, icaha ciwe kizohoraho ibihe bidashira.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite