Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 9:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Kuko yari yiyumviriye ati: “Naho nokora ku mpuzu yiwe gusa, nokira.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 yari yiyumviriye mu mutima, ati N’iyo nokora ku mpuzu yiwe gusa, nokira.

Gade chapit la Kopi




Matayo 9:21
6 Referans Kwoze  

gushika aho n’igitambara canke impuzu yakozeko abantu babikoza ku barwaye, bagakira ingwara n’ababoshwe n’impwemu mbi zikabavamwo.


Maze baramwinginga ngo yemerere abarwaye bapfume bakora no ku musozo w’impuzu yiwe, kandi ababukorako bose baca bakira.


kuko yari yakijije abantu benshi bituma abarwaye bandi barondera kumukorako.


kandi abantu bose bagerageza kumukorako, kuko ububasha bwo gukiza ingwara bwamuvamwo bugakiza abantu bose.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite