Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 9:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Yesu avyumvise aravuga ati: “Abakomeye si bo bakeneye umuganga, ahubwo abarwaye ni bo bamukeneye.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Avyumvise, aravuga, at’ Abakomeye nta co bagombera umuvūzi, atar’ abarwaye.

Gade chapit la Kopi




Matayo 9:12
17 Referans Kwoze  

Yesu arabishura ati: “Abakomeye si bo bakeneye umuganga, ahubwo abarwaye ni bo bamukeneye.


ariko abantu barabimenya, baca baramukurikira. Yesu arabakira, aca atangura kubabwira ivy’Ubwami bw’Imana, akiza n’abari bagwaye.


Yesu avyumvise, arabishura ati: “Abakomeye si bo bakeneye umuganga, ahubwo abarwaye ni bo bamukeneye. Sinaje guhamagara abiyumvira ko ari abagororotsi, ahubwo naje guhamagara abemera ko ari abanyavyaha.”


Hariho umugore yari amaze imyaka cumi n’ibiri agwaye ingwara yo mu gitereko yo kuva amaraso, vyaranse ko akira.


Muganga Luka, umuvukanyi akaba n’umugenzi, na Dema barabaramutsa.


Kuko Umwana w’Umuntu yazanywe no gukiza abazimiye.]


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite