Matayo 8:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Ariko, uwo musoda aramwishura ati: “Mwami, ntibimbereye ko wokwinjira mu nzu yanje. Pfa kuvuga ijambo rimwe gusa umukozi wanje arakira. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Umugabisha aramwishura, ati Mugenzi, ntibimbereye ko winjira mu nzu yanje; vuga ijambo gusa, uwo muhungu arakira. Gade chapit la |