Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 8:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Yesu aramwishura ati: “Ndaje kumukiza.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Aramubgira, ati Ndaje kumukiza.

Gade chapit la Kopi




Matayo 8:7
5 Referans Kwoze  

Yesu aca ajana na bo. Ari hafi yo gushika, wa musoda aca arungika abagenzi biwe ngo baje kumubwira bati: “Mwami, ntiwirirwe urigora, kuko ntibimbereye kukwakira mu nzu yanje.


Aramubwira ati: “Mwami, umukozi wanje aryamye i muhira, ntiyikoma kandi arababaye cane.”


Ariko, uwo musoda aramwishura ati: “Mwami, ntibimbereye ko wokwinjira mu nzu yanje. Pfa kuvuga ijambo rimwe gusa umukozi wanje arakira.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite