Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 8:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Nuko Yesu aja mu bwato, kandi abigishwa biwe bajana na we.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Atambukira mu bgato, abigishwa biwe baramukurikira.

Gade chapit la Kopi




Matayo 8:23
6 Referans Kwoze  

Maze Yesu atambukira mu bwato, ajabuka hakurya y’ikiyaga aja mu gisagara c’iwabo.


Maze abarira ba bigishwa ati: “Genda mubarire Yohana ivyo mwabonye n’ivyo mwumvise: impumyi zirahumuka, ibimuga biragenda, abanyamibembe barahumanuka, ibipfamatwi birumva, abapfuye barazuka, kandi aboro barabwirwa Ubutumwa Bwiza.


Ubwo nyene haza umuyaga w’igihuhusi mu kiyaga, ku buryo imipfunda yariko irisuka mu bwato; kandi ico gihe Yesu yari asinziriye.


Ku mugoroba w’uwo musi nyene, Yesu abwira abigishwa biwe ati: “Tujabuke tuje hakurya y’ikiyaga.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite