Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 8:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Amukora ku kiganza, ako kanya nyene bwa bushuhe buca burahera, aca ava hasi aramuzimana.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Amukora ku kuboko, umururumbo urazima; aravyuka, aramuzimana.

Gade chapit la Kopi




Matayo 8:15
15 Referans Kwoze  

Yesu aca afata ukuboko kwa wa mukobwa, amubwira ati: “Mwana wanje, vyuka!”


Yesu aterwa ikigongwe n’uwo muntu maze aramvura ukuboko amukorako, aramubwira ati: “Ndabishatse, kira uhumanuke!”


Yesu abumvira ikigongwe, aca abakora ku maso; ubwo nyene baca barahumuka baramukurikira.


Maze baramwinginga ngo yemerere abarwaye bapfume bakora no ku musozo w’impuzu yiwe, kandi ababukorako bose baca bakira.


Nuko azikora ku maso avuga ati: “Bibabere nk’uko mwizeye.”


Umugore yari amaranye imyaka cumi n’ibiri ingwara yo mu gitereko yo kuva amaraso, yegera Yesu amuturutse inyuma, akora ku musozo w’impuzu yiwe.


Yesu aca aramvura ukuboko amukorako. Aramubwira ati: “Ndabishatse, kira uhumanuke!” Ubwo nyene aca arakira ya mibembe.


Yesu aca aja i muhira kwa Petero, asanga inabukwe wa Petero ari mu buriri, arwaye kandi ashushe cane.


Ku mugoroba, bazanira Yesu abantu benshi baboshwe n’abadayimoni. Yirukana izo mpwemu mbi mu kuzitegeka, azikura mu bantu kandi akiza abarwaye bose.


Bavuye mw’isinagogi, Yesu aca ajana na Yakobo na Yohana i muhira kwa Simoni na Andereya.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite