Matayo 8:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Yesu aca aja i muhira kwa Petero, asanga inabukwe wa Petero ari mu buriri, arwaye kandi ashushe cane. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Yesu yinjiye mu nzu kwa Petero, abona inabukwe aryamye afashwe n’umururumbo. Gade chapit la |