Matayo 8:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 mu gihe abari bateguriwe ubwo bwami bazoba baterewe hanze, mu mwijima aho bazokwama baboroga kandi bahekenya amenyo kubera umubabaro.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 arikw abana b’ubgo bgami bazohindirwa hanze mu mwiza, ni ho hazoba amarira no kuryanya insya z’amenyo. Gade chapit la |