Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 7:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Ariko, umuntu wese yumva aya majambo yanje, hanyuma ntayashire mu ngiro, ameze nk’umwubatsi w’ikijuju, yubatse inzu yiwe ku musenyi;

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Arik’ uwumva ayo majambo yanje wese, ntayakore, asa n’umuntu w’imburabgenge, yubatse inzu yiwe ku musenyi.

Gade chapit la Kopi




Matayo 7:26
9 Referans Kwoze  

Ariko uwumva amajambo yanje ntayashire mu ngiro, ameze nk’uwubaka inzu kw’isi ahatagira umushinge. Iyo inzuzi zisuriranije kuri ya nzu, irasenyuka kandi isenyuka ryayo riba irikomeye.”


Mbega imburabwenge! Ukeneye ikikwemeza ko ukwizera kutagira ibikorwa ata co kumaze?


Nuko rero, umuntu wese yumva amajambo yanje akayashira mu ngiro, ameze nk’umwubatsi w’ubwenge yubatse inzu yiwe ku rutare;


imvura yaraguye, inzuzi ziruzura, igihuhusi kirahuhuta, vyisuka kuri nya nzu, yamara ntiyasenyuka kuko urufatiro rwayo rwari rumase ku rutare.


imvura yaraguye, inzuzi ziruzura, igihuhusi kirahuhuta, vyisuka kuri nya nzu, hanyuma irasenyuka kandi isenyuka ryayo riba irikomeye.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite