Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 7:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Ariko, nzobishura nti: ‘Nta ho nigeze ndabamenya. Mva i ruhande mwa nkozi z’ibibi mwe!’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Ni ho nzobajinjiburira, nti Nta ho nigeze mbamenya; mviraho, mwa bakora ibizira mwe.

Gade chapit la Kopi




Matayo 7:23
11 Referans Kwoze  

Hanyuma Umwami azohindukira abwire abari i bubamfu bwiwe ati: ‘Mva mu maso mwa bivume mwe, muje mu muriro utazozima wateguriwe Satani n’abamarayika biwe.


Ariko azobishura ati: ‘Sindabazi kandi sinzi n’iyo muva. Mviraho mwa nkozi z’ibibi mwe!’


Nyene inzu niyahaguruka akugara umuryango, muzohagarara inyuma mudodora, mutakamba muti: ‘Nyakwubahwa, twugururire.’ Na we azobishura ati: ‘Sindabazi kandi sinzi n’iyo muva.’


Na we arabishura ati: ‘Ndababwire ukuri, sindabazi!’


Jewe ndi umwungere mwiza; ndazi intama zanje kandi na zo ziranzi,


Inyuma y’igisagara hazoba hari imbwa, abapfumu, abasambanyi, abicanyi, abasenga ibigirwamana hamwe n’abakunda kubesha bakanabikora.


Ariko, imfatiro zikomeye zashizweho n’Imana zirashimangiye. Zanditsweko aya majambo ngo: “Uhoraho arazi abiwe”; kandi ngo: “Abatura izina ry’Uhoraho bose bave mu kugabitanya.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite